Aller à la page d'accueil
Naviguer en version englaise
 
Secrétariat
Conseillers
Agences
Cellule Communication et Relations Publiques
Cellule Informatique
Médecin Conseil
Actuaire
Audit Interne
Bibliothèque et Archives
 
 
 
 
 
 
Itangazo rya rusansuma

Ubuyobozi bwa ONPR buri n’iteka ryo kumenyesha abanywanyi bayo basanzwe baronswa agehembo ka pensiyo canke umukando ujanye n’amasanganya y’akazi ko rusansuma rutegekanijwe muri uyu mwaka wa 2019 neza na neza mu ntango z’ukwezi kwa munyonyo.

Ubuyobozi bwa ONPR buboneyeho n’akanya ko gusaba abanywanyi ko bokwitegura mu gushira ahabona ikarata y’ubunywanyi, kurondera impapuro zerekana ko umwana ari kw’ishure kubarenza imyaka 16 (attestation de scolarité) no gukurikirana neza ubutumwa bw’ingene iyo rusansuma itegekanijwe buzoshikirizwa biciye ku nsamirizi no ku butumwa butobuto bwo ku ma telefone ngendanwa.

 
 
Partager cet article sur
 
 
 
 
 
CONNEXION WEBMAIL
uUsername:
Password:
 
 
 
           
     
 
Espace Multimédia